Instagram story viewer> @nicaisethefirst> Posts
133
followers
0
following
It's Nicaise The 1st
POSTS STORIES REELS TAGGED
🚨🚨🇧🇮❤️🎼 Iki kibazo Igihe nkibaza Aye aye ayeyo Mkombozi Lucifer iyi niyo nyishu yampaye!

Ni mu gihe Ku musi w'ejo Igenekerezo rya 30 kuno kwezi kwa Ruheshi kuri ETS KAMENGE hazobera #UMUTWENZIFESTIVAL Ku ncuro ya mbere!

Ico nobabwira coco n'uko nyeniciyumviro ari Mkombozi ubwiwe hanyuma aheza abisabira uburenganzira yongera avyumvisha Abandi! (Big shout out to him) 

Ni na Mkombozi Lucifer Ku musi w'ejo mu kiganiro caciye Ku Mboneshakure nkuru y'igihugu yavuze ko yahaye ubutumire Nyenicubahiro umukuru w'igihugu cacu ciza c'uburundi 🇧🇮 #EvaristeNdayishimiye mbere ngo akaba azoba yaje gutera Iteka ino festival izoba Ku musi w'ejo Aho bukera

Written by Nicaise The 1st by @nicaisethefirst
0
4 months ago
Download
No caption needed by @nicaisethefirst
0
4 days ago
Download
This real hip-hop by @nicaisethefirst
0
5 days ago
Download
Iyo wisiguye biba bipfuye by @nicaisethefirst
0
7 days ago
Download
🤦🎼 Ngo ni copier coller !! by @nicaisethefirst
0
9 days ago
Download
#nicaisethefirst

Izi nizo bita indiririmbo z'ibihe vyose by @nicaisethefirst
0
9 days ago
Download
#nicaisethefirst

Kanjenje!
 Iyi ndirimbo iyo uyumvise ikwibutsa iki? by @nicaisethefirst
0
10 days ago
Download
Mwite Nziza Désiré ! Iyi ndirimbo ubwo muracayibuka? by @nicaisethefirst
0
11 days ago
Download
Yayaya! Aka karirimbo iyo ukumvise kakwibutsa iki? by @nicaisethefirst
0
13 days ago
Download
Bibwirwa benshi bikumva benevyo by @nicaisethefirst
0
14 days ago
Download
🙌 by @nicaisethefirst
0
14 days ago
Download
Iyi Ndirimbo Leave me alone ya Big Fizzo iyo iza gusohoka nk'ubu wibaza ko yari gukundwa nk'uko yakunzwe igisohoka gushika n'ubu!?

#nicaisethefirst by @nicaisethefirst
0
14 days ago
Download

Download All

Save the photos and videos currently loaded on this page.

0Photos
0Videos
Ready to download 0 / 0

Keep this tab open until your download is ready.

back to up